Kuvayo 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bagiye mw’ihema ry’ihuriro bazokaraba n’amazi kugira ntibapfe, canke bagiye gukora igikorwa hafi y’igicaniro kugira bafumbishe umwotsi ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+. Abalewi 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Utegerezwa rero kumweza+, kuko ari we ashikiriza umukate w’Imana yawe. Akwiye kuba mweranda kuri wewe+, kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+. Abalewi 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Babwire uti: ‘Mu mayaruka yanyu yose, umugabo wese wo mu ruvyaro rwanyu rwose yegereye ibintu vyeranda, ivyo bene Isirayeli bazokwereza Yehova kandi ubuhumane bwiwe buri kuri we+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa akava imbere yanje. Ndi Yehova.
20 Bagiye mw’ihema ry’ihuriro bazokaraba n’amazi kugira ntibapfe, canke bagiye gukora igikorwa hafi y’igicaniro kugira bafumbishe umwotsi ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+.
8 Utegerezwa rero kumweza+, kuko ari we ashikiriza umukate w’Imana yawe. Akwiye kuba mweranda kuri wewe+, kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+.
3 Babwire uti: ‘Mu mayaruka yanyu yose, umugabo wese wo mu ruvyaro rwanyu rwose yegereye ibintu vyeranda, ivyo bene Isirayeli bazokwereza Yehova kandi ubuhumane bwiwe buri kuri we+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa akava imbere yanje. Ndi Yehova.