Kuvayo 40:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kandi Musa ntiyashoboye kwinjira muri nya hema ry’ihuriro, kuko nya gicu+ cari hejuru yaryo, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bukaba bwari bwuzuye itaberenakulo+. 2 Ngoma 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abaherezi ntibashobora kwinjira muri nya nzu ya Yehova+ kuko ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova.
35 Kandi Musa ntiyashoboye kwinjira muri nya hema ry’ihuriro, kuko nya gicu+ cari hejuru yaryo, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bukaba bwari bwuzuye itaberenakulo+.
2 Abaherezi ntibashobora kwinjira muri nya nzu ya Yehova+ kuko ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova.