Kuvayo 29:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Nzoseruka ng’aho, imbere ya bene Isirayeli, kandi ata gukeka hazokwezwa n’ubuninahazwa bwanje+. 2 Ngoma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.
14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.