Kuvayo 40:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo. Guharura 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo Yehova amanuka mu nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Bompi baca barasohoka. 1 Abami 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abaherezi+ ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa cabo+ kubera nya gicu, kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+.
34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.
5 Inyuma y’ivyo Yehova amanuka mu nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Bompi baca barasohoka.
11 Abaherezi+ ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa cabo+ kubera nya gicu, kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+.