Ezekiyeli 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko ubuninahazwa bwa Yehova+ butangura kuduga buvuye kuri nya bakerubi buja ku rwinjiriro rw’inzu, maze nya nzu irahava yuzura igicu+, kandi ikigo ubwaco cari cuzuye ukwakaka kw’ubuninahazwa bwa Yehova. Ezekiyeli 43:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ubuninahazwa+ bwa Yehova bwinjira muri ya Nzu buciye muri rya rembo rifise uruhande rw’imbere ruraba mu buseruko+. Ivyakozwe 7:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Mugabo we, yuzuye impwemu nyeranda, ahanga amaso mw’ijuru, abona ubuninahazwa bw’Imana na Yezu ahagaze iburyo bw’Imana+, 2 Abakorinto 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi twese+, mu gihe twerekana nk’ivyirore ubuninahazwa bwa Yehova+ dufise mu maso hadatwikiriye, turahindurwa+ muri nya shusho nyene+ tukava mu buninahazwa tukaja mu buninahazwa+, neza na neza nk’uko bigirwa na Yehova+ we Mpwemu. Ivyahishuwe 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi ico gisagara ntigikeneye izuba canke ukwezi ngo vyakire kuri co, kuko ubuninahazwa bw’Imana bwakiboneshereza+, kandi itara ryaco yari wa Mwagazi w’intama+.
4 Nuko ubuninahazwa bwa Yehova+ butangura kuduga buvuye kuri nya bakerubi buja ku rwinjiriro rw’inzu, maze nya nzu irahava yuzura igicu+, kandi ikigo ubwaco cari cuzuye ukwakaka kw’ubuninahazwa bwa Yehova.
4 Maze ubuninahazwa+ bwa Yehova bwinjira muri ya Nzu buciye muri rya rembo rifise uruhande rw’imbere ruraba mu buseruko+.
55 Mugabo we, yuzuye impwemu nyeranda, ahanga amaso mw’ijuru, abona ubuninahazwa bw’Imana na Yezu ahagaze iburyo bw’Imana+,
18 Kandi twese+, mu gihe twerekana nk’ivyirore ubuninahazwa bwa Yehova+ dufise mu maso hadatwikiriye, turahindurwa+ muri nya shusho nyene+ tukava mu buninahazwa tukaja mu buninahazwa+, neza na neza nk’uko bigirwa na Yehova+ we Mpwemu.
23 Kandi ico gisagara ntigikeneye izuba canke ukwezi ngo vyakire kuri co, kuko ubuninahazwa bw’Imana bwakiboneshereza+, kandi itara ryaco yari wa Mwagazi w’intama+.