Ezekiyeli 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Yehova ambwira ati: “Iri rembo rizoguma ryugaye. Ntirizokwugururwa, kandi nta muntu buntu azoryinjirana; kuko Yehova ubwiwe, Imana ya Isirayeli+, ari ryo yinjiranye, kandi rizoguma ryugaye.
2 Hanyuma Yehova ambwira ati: “Iri rembo rizoguma ryugaye. Ntirizokwugururwa, kandi nta muntu buntu azoryinjirana; kuko Yehova ubwiwe, Imana ya Isirayeli+, ari ryo yinjiranye, kandi rizoguma ryugaye.