Abaroma 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Vyongeye, abo yagenye imbere y’igihe+ ni na bo yahamagaye+; kandi abo yahamagaye ni na bo yise abagororotsi+. Amaherezo abo yise abagororotsi ni na bo yaninahaje+.
30 Vyongeye, abo yagenye imbere y’igihe+ ni na bo yahamagaye+; kandi abo yahamagaye ni na bo yise abagororotsi+. Amaherezo abo yise abagororotsi ni na bo yaninahaje+.