7 Vyongeye, nimba ya mategeko atanga urupfu+ kandi yasáruwe mu ndome mu mabuye+ yazananye ubuninahazwa+, ku buryo bene Isirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera ubuninahazwa bwo mu maso hiwe+, ubuninahazwa bwabwirizwa gukurwaho,
18 Kandi twese+, mu gihe twerekana nk’ivyirore ubuninahazwa bwa Yehova+ dufise mu maso hadatwikiriye, turahindurwa+ muri nya shusho nyene+ tukava mu buninahazwa tukaja mu buninahazwa+, neza na neza nk’uko bigirwa na Yehova+ we Mpwemu.