Yohani 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+; Abagalatiya 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kugira abohore+ abagabwa n’itegeko+ mu kubacungura, ngo natwe Imana ibone kutugira abana bayo+.
12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;