Zaburi 138:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi bazoririmba inzira za Yehova+,Kuko ubuninahazwa bwa Yehova buhambaye+. Yesaya 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.” Yesaya 60:1 Bibiliya y’isi nshasha 60 “Haguruka+, wa mugore we, rungika umuco+, kuko umuco wawe ushitse+, kandi ubuninahazwa bwa Yehova bukaba bukurasiyeko umuco+.
5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.”
60 “Haguruka+, wa mugore we, rungika umuco+, kuko umuco wawe ushitse+, kandi ubuninahazwa bwa Yehova bukaba bukurasiyeko umuco+.