Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 72:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.Amen kandi Amen. Yesaya 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma mu karere k’umuco+ bategerezwa kuninahaza Yehova+, mu mazinga y’ikiyaga baninahaze izina rya Yehova+, Imana ya Isirayeli.
19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.Amen kandi Amen.
15 Ni co gituma mu karere k’umuco+ bategerezwa kuninahaza Yehova+, mu mazinga y’ikiyaga baninahaze izina rya Yehova+, Imana ya Isirayeli.