Kuvayo 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+. Kuvayo 32:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi nya bisate vyari vyahinguwe n’Imana, n’inyandiko yari inyandiko y’Imana isaruwe kuri nya bisate+.
18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.
16 Kandi nya bisate vyari vyahinguwe n’Imana, n’inyandiko yari inyandiko y’Imana isaruwe kuri nya bisate+.