ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 31:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.

  • Kuvayo 34:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Maze Yehova abwira Musa ati: “Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje ntegerezwa kwandika kuri vyo ya majambo yaboneka ku bisate vya mbere+, bimwe wasavya+.

  • Gusubira mu vyagezwe 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ni ho Yehova yampa vya bisate bibiri vy’amabuye vyanditseko n’urutoke rw’Imana+, kuri vyo hakaba hari ya majambo yose Yehova yari yavuganye namwe ku musozi hagati mu muriro kuri wa musi ishengero ryari rikoranye+.

  • Gusubira mu vyagezwe 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nanje nzokwandika kuri nya bisate ya majambo yari kuri vya bisate vya mbere, bimwe wasavya, kandi utegerezwa kubishira muri nya sandugu.’

  • 2 Abakorinto 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vyongeye, nimba ya mategeko atanga urupfu+ kandi yasáruwe mu ndome mu mabuye+ yazananye ubuninahazwa+, ku buryo bene Isirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera ubuninahazwa bwo mu maso hiwe+, ubuninahazwa bwabwirizwa gukurwaho,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika