ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Vyongeye, abo yagenye imbere y’igihe+ ni na bo yahamagaye+; kandi abo yahamagaye ni na bo yise abagororotsi+. Amaherezo abo yise abagororotsi ni na bo yaninahaje+.

  • 1 Abakorinto 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko ubu tubona ivyijiji mu cirore c’icuma+, mugabo ico gihe hoho bizoba ari amaso mu yandi+. Ubu nzi igice, mugabo ico gihe hoho nzomenya neza nk’uko nanje nzwi neza+.

  • 1 Petero 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 ngo turonke intoranwa itabora, idahumanye, idakabirana+. Muyibikiwe mw’ijuru+,

  • 1 Yohani 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bakundwa, ubu turi abana b’Imana+, mugabo ubu ico tuzoba ntikirerekanwa+. Ico tuzi ni uko aho azokwerekanirwa+ hose tuzomera nka we+, kuko tuzomubona nk’uko ari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika