Abaheburayo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Kuko, kubera ko yamuhaye kuganza ibintu vyose+, Imana nta na kimwe yasize ngo ntakiganze+. Ariko ubu ibintu vyose ntiturabona biganzwa na we+;
8 Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Kuko, kubera ko yamuhaye kuganza ibintu vyose+, Imana nta na kimwe yasize ngo ntakiganze+. Ariko ubu ibintu vyose ntiturabona biganzwa na we+;