Abaroma 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero, nk’uko abantu b’uburyo bwose batsinzwe n’urubanza bivuye kw’ikosa rimwe+, ni na ko abantu b’uburyo bwose+ bitwa abagororotsi ku bw’ubuzima+ bivuye ku gikorwa kimwe c’ukuregurwa*+. 1 Abakorinto 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yamara ukwo ni ko bamwe muri mwebwe bari bameze+. Mugabo mwarogejwe+, mugabo mwarejejwe+, mugabo mwariswe abagororotsi+ mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+ no ku mpwemu y’Imana yacu+. Tito 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo, tumaze kwitwa abagororotsi+ bivuye ku buntu ata wari abukwiriye bw’uwo+, tube ba samuragwa+ nk’uko icizigiro c’ubuzima budahera kiri+.
18 Nuko rero, nk’uko abantu b’uburyo bwose batsinzwe n’urubanza bivuye kw’ikosa rimwe+, ni na ko abantu b’uburyo bwose+ bitwa abagororotsi ku bw’ubuzima+ bivuye ku gikorwa kimwe c’ukuregurwa*+.
11 Yamara ukwo ni ko bamwe muri mwebwe bari bameze+. Mugabo mwarogejwe+, mugabo mwarejejwe+, mugabo mwariswe abagororotsi+ mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+ no ku mpwemu y’Imana yacu+.
7 kugira ngo, tumaze kwitwa abagororotsi+ bivuye ku buntu ata wari abukwiriye bw’uwo+, tube ba samuragwa+ nk’uko icizigiro c’ubuzima budahera kiri+.