Matayo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Hahiriwe abatyoroye mu mutima+, kuko bazobona Imana+. 1 Yohani 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bakundwa, ubu turi abana b’Imana+, mugabo ubu ico tuzoba ntikirerekanwa+. Ico tuzi ni uko aho azokwerekanirwa+ hose tuzomera nka we+, kuko tuzomubona nk’uko ari+. Ivyahishuwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bazobona mu maso hayo+, kandi izina ryayo rizoba ku ruhanga rwabo+.
2 Bakundwa, ubu turi abana b’Imana+, mugabo ubu ico tuzoba ntikirerekanwa+. Ico tuzi ni uko aho azokwerekanirwa+ hose tuzomera nka we+, kuko tuzomubona nk’uko ari+.