ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 40:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Kandi Musa ntiyashoboye kwinjira muri nya hema ry’ihuriro, kuko nya gicu+ cari hejuru yaryo, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bukaba bwari bwuzuye itaberenakulo+.

  • 1 Abami 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko abaherezi basohotse bavuye ahantu heranda, igicu+ cuzura inzu ya Yehova.

  • 2 Ngoma 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 nuko abavuza inzumbete n’abaririmvyi, bakimara kuba nk’umuntu umwe+, mu gutuma humvikana ijwi rimwe mu gushemeza no gukengurukira Yehova, vyongeye bakimara kwumvikanisha ijwi bakoresheje inzumbete n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo+, bagashemeza+ Yehova, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+ ari ubwo gushika igihe kitagira urugero,” nya nzu ica yuzura igicu+, egome, nya nzu ya Yehova+,

  • Ezekiyeli 43:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Haza impwemu iranterura+, inzana mu kigo c’indani, maze, ehe nya Nzu yari yuzuye ubuninahazwa bwa Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika