Kuvayo 40:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo. 1 Abami 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko abaherezi basohotse bavuye ahantu heranda, igicu+ cuzura inzu ya Yehova. 2 Ngoma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri. Yesaya 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uyu yarahamagara uriya ati: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova nyen’ingabo+. Ubuninahazwa bwiwe bunengesereye isi yose.” Ezekiyeli 44:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+.
34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.
14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.
3 Uyu yarahamagara uriya ati: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova nyen’ingabo+. Ubuninahazwa bwiwe bunengesereye isi yose.”
4 Nuko anzana imbere ya ya Nzu ancishije mw’irembo ryo mu buraruko, kugira ngo mbone, maze, ehe ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+. Maze nca ngwa nubamye+.