Kuvayo 40:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo. Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+. 2 Ngoma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.
34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.
2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.
14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.