Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Matayo 26:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Yezu amubwira+ ati: “Wewe ubwawe urabivuze+. Yamara ndabibabwiye: Guhera ubu+ muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo+ bw’ububasha aza ku bicu vyo kw’ijuru+.”
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
64 Yezu amubwira+ ati: “Wewe ubwawe urabivuze+. Yamara ndabibabwiye: Guhera ubu+ muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo+ bw’ububasha aza ku bicu vyo kw’ijuru+.”