Yohani 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”
51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”