Itanguriro 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+. Daniyeli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nguma nitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, uwusa n’umwana w’umuntu+ yariko azanana n’ibicu+ vyo mu majuru; yemererwa gushika aho Umwe wa kera mu misi+ ari, araheza yegerezwa imbere y’Uwo+.
12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+.
13 “Nguma nitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, uwusa n’umwana w’umuntu+ yariko azanana n’ibicu+ vyo mu majuru; yemererwa gushika aho Umwe wa kera mu misi+ ari, araheza yegerezwa imbere y’Uwo+.