Luka 22:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Ariko kuva ubu Umwana w’umuntu+ azoba yicaye iburyo+ bw’Imana+ h’ububasha.”