Guharura 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+. 1 Ngoma 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri iyo mice y’abarinzi b’amarembo, abakuru bari bafise ibikorwa nk’uko bene wabo bari babifise+, vyo gukorera ku nzu ya Yehova.
6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+.
12 Muri iyo mice y’abarinzi b’amarembo, abakuru bari bafise ibikorwa nk’uko bene wabo bari babifise+, vyo gukorera ku nzu ya Yehova.