2 Ngoma 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Muhagarare+ ahantu heranda mukurikije imigwi y’inzu ya ba sekuruza ku bwa bene wanyu, abahungu b’abantu, kandi habe umugabane w’inzu ya ba sekuru+ y’Abalewi+. 1 Abakorinto 14:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Mugabo vyose bibe mu buryo bubereye kandi ku rutonde+.
5 Muhagarare+ ahantu heranda mukurikije imigwi y’inzu ya ba sekuruza ku bwa bene wanyu, abahungu b’abantu, kandi habe umugabane w’inzu ya ba sekuru+ y’Abalewi+.