1 Abakorinto 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kuko Imana atari Imana y’umuvurungano+, ahubwo ni iy’amahoro+. Nk’uko biri mu mashengero y’aberanda yose, Abakolosayi 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko naho ntahari mu mubiri, nta co bitwaye, ndi kumwe namwe mu mutima+, nkanezerwa vyongeye nkabona urutonde+ rwanyu rwiza n’ugushikama kw’ukwizera+ kwanyu ku bijanye na Kristu.
33 Kuko Imana atari Imana y’umuvurungano+, ahubwo ni iy’amahoro+. Nk’uko biri mu mashengero y’aberanda yose,
5 Kuko naho ntahari mu mubiri, nta co bitwaye, ndi kumwe namwe mu mutima+, nkanezerwa vyongeye nkabona urutonde+ rwanyu rwiza n’ugushikama kw’ukwizera+ kwanyu ku bijanye na Kristu.