1 Abakorinto 15:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama. Abaheburayo 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ducika vy’ukuri abasangiye Kristu+ nimba gusa tugumya rwose kwa kujijuka twari dufise mu ntango gushika kw’iherezo+, 1 Petero 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo, mumaze kubabazwa akanya gatoya+, ya Mana y’ubuntu ata wari abukwiriye bwose, imwe yabahamagarira ubuninahazwa bwayo bw’ibihe bidahera+ mu bumwe+ na Kristu, ubwayo izorangiza ukumenyerezwa kwanyu, ibashikamishe+, ibakomeze+.
58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.
14 Kuko ducika vy’ukuri abasangiye Kristu+ nimba gusa tugumya rwose kwa kujijuka twari dufise mu ntango gushika kw’iherezo+,
10 Mugabo, mumaze kubabazwa akanya gatoya+, ya Mana y’ubuntu ata wari abukwiriye bwose, imwe yabahamagarira ubuninahazwa bwayo bw’ibihe bidahera+ mu bumwe+ na Kristu, ubwayo izorangiza ukumenyerezwa kwanyu, ibashikamishe+, ibakomeze+.