1 Abakorinto 14:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Mugabo vyose bibe mu buryo bubereye kandi ku rutonde+. Abagalatiya 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nimba tubaho twisunga impwemu, tubandanye kugendera ku rutonde twisunga impwemu nyene+. Abakolosayi 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko naho ntahari mu mubiri, nta co bitwaye, ndi kumwe namwe mu mutima+, nkanezerwa vyongeye nkabona urutonde+ rwanyu rwiza n’ugushikama kw’ukwizera+ kwanyu ku bijanye na Kristu.
5 Kuko naho ntahari mu mubiri, nta co bitwaye, ndi kumwe namwe mu mutima+, nkanezerwa vyongeye nkabona urutonde+ rwanyu rwiza n’ugushikama kw’ukwizera+ kwanyu ku bijanye na Kristu.