1 Ngoma 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yahati aba umukuru, Ziza na we uwugira kabiri. Yewushi na Beriya bobo, ntibaronse abahungu benshi; baba rero inzu imwe ya ba sekuru+ ku bw’umugwi ujejwe ibango umwe. 1 Ngoma 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Bene Mushi bari Mahili+ na Ederi na Yerimoti+. Abo ni bo bari abahungu b’Abalewi hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo.
11 Yahati aba umukuru, Ziza na we uwugira kabiri. Yewushi na Beriya bobo, ntibaronse abahungu benshi; baba rero inzu imwe ya ba sekuru+ ku bw’umugwi ujejwe ibango umwe.
30 Bene Mushi bari Mahili+ na Ederi na Yerimoti+. Abo ni bo bari abahungu b’Abalewi hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo.