Abalewi 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bikeyi kuri nya kimazi c’ugusangira aze abishikirize bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ukuvuga ca kinure+ gipfuka amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+, Abalewi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ivyo azokura kuri ryo ngo abishikirize bwa shikanwa ryiwe, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+,
3 Bikeyi kuri nya kimazi c’ugusangira aze abishikirize bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ukuvuga ca kinure+ gipfuka amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+,
14 Kandi ivyo azokura kuri ryo ngo abishikirize bwa shikanwa ryiwe, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+,