ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Hemani+ na Yedutuni+, abashira hamwe na bo kugira ngo bavuze inzumbete+ n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo rw’Imana y’ukuri; bene+ Yedutuni na bo bashirwa kw’irembo.

  • 1 Ngoma 25:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuri Yedutuni+: bene Yedutuni ari bo Gedaliya+ na Zeri+ na Yeshaya+ na Shimeyi na Hashabiya na Matitiya+, batandatu, bakaba bayoborwa na se Yedutuni, uwavuga ubuhanuzi akoresheje inanga kugira ngo akengurukire yongere ashemeze Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika