Abalewi 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane wa nya kwezi+, hagati ya ya migoroba ibiri, ni pasika*+ ya Yehova. Guharura 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Kandi mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, hazoba ari pasika ya Yehova+.
5 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane wa nya kwezi+, hagati ya ya migoroba ibiri, ni pasika*+ ya Yehova.
16 “‘Kandi mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, hazoba ari pasika ya Yehova+.