Kuvayo 12:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Yehova yongera kubwira Musa na Aroni ati: “Iki ni co cagezwe ca pasika+: Nta munyamahanga ashobora kuyiryako+. Gusubira mu vyagezwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ukwezi kwa Abibu+ nikwubahirizwe, kandi utegerezwa guhimbariza pasika* Yehova Imana yawe+, kuko mu kwezi kwa Abibu ari ho Yehova Imana yawe yagukuye mu Misiri mw’ijoro+.
43 Yehova yongera kubwira Musa na Aroni ati: “Iki ni co cagezwe ca pasika+: Nta munyamahanga ashobora kuyiryako+.
16 “Ukwezi kwa Abibu+ nikwubahirizwe, kandi utegerezwa guhimbariza pasika* Yehova Imana yawe+, kuko mu kwezi kwa Abibu ari ho Yehova Imana yawe yagukuye mu Misiri mw’ijoro+.