2 Abami 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo; Nehemiya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ariko bo, egome, ba sogokuruza bacu, baritaye imbere+ maze bakomantaza izosi+, ntibumviriza amabwirizwa yawe. Imigani 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu akangirwa+ kenshi mugabo agakomantaza izosi+ azovunagurwa giturumbuka, kandi ata gukira+.
14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;
16 “Ariko bo, egome, ba sogokuruza bacu, baritaye imbere+ maze bakomantaza izosi+, ntibumviriza amabwirizwa yawe.