Kuvayo 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbega n’ubu uracagira ubwibone ku bantu banje mu kutabarekura+? Imigani 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hahiriwe umuntu yumva ubwoba nantaryo+, mugabo uwukomantaza umutima wiwe azogwa mu vyago+.