1 Abami 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 no kugira ngo nshire ikibanza ng’aho ku bw’Isandugu irimwo isezerano+ rya Yehova, iryo yagiranye na ba sogokuruza bacu igihe yariko abakura mu gihugu ca Misiri.”
21 no kugira ngo nshire ikibanza ng’aho ku bw’Isandugu irimwo isezerano+ rya Yehova, iryo yagiranye na ba sogokuruza bacu igihe yariko abakura mu gihugu ca Misiri.”