Kuvayo 9:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Musa aca arasohoka igisagara avuye kwa Farawo, araheza asanzira ibiganza Yehova, maze imituragaro n’urubura bitangura guhagarara, n’imvura ntiyasubira kugwa kw’isi+. Zaburi 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+. 1 Timoteyo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndashaka rero yuko ahantu hose abagabo bashishikara gusenga, bataritse amaboko adahemuka+, ata burake+ n’impari+.
33 Musa aca arasohoka igisagara avuye kwa Farawo, araheza asanzira ibiganza Yehova, maze imituragaro n’urubura bitangura guhagarara, n’imvura ntiyasubira kugwa kw’isi+.
2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.
8 Ndashaka rero yuko ahantu hose abagabo bashishikara gusenga, bataritse amaboko adahemuka+, ata burake+ n’impari+.