2 Samweli 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+. 1 Ngoma 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, kandi azombera umwana+, nanje ndamubere se+. Sinzobura gushimangira intebe y’ubwami y’ingoma yiwe+ kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.’
12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+.
10 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, kandi azombera umwana+, nanje ndamubere se+. Sinzobura gushimangira intebe y’ubwami y’ingoma yiwe+ kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.’