2 Ngoma 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+. Zaburi 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova azokwumva koko ugusaba ubutoni kwanje+;Yehova ubwiwe azokwemera isengesho ryanje+.
13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+.