Zaburi 31:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo jewe, igihe nata umutwe navuze+ nti:“Nta kabuza ndatikizwa mve mu maso yawe+.”Ni ukuri warumvise ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe nagutabaza+. Zaburi 40:1 Bibiliya y’isi nshasha 40 Narizigiye Yehova rwose+,Na we araheza antega ugutwi, yumva ugutabaza kwanje+. Yona 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.
22 Nayo jewe, igihe nata umutwe navuze+ nti:“Nta kabuza ndatikizwa mve mu maso yawe+.”Ni ukuri warumvise ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe nagutabaza+.
2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.