1 Abami 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umuntu niyacumura kuri mugenziwe+, maze uno agashira umuvumo kuri we kugira ngo atume aba uwushobora gushikirwa na nya muvumo+, hanyuma akaza ari muri nya muvumo imbere y’igicaniro cawe muri iyi nzu,
31 “Umuntu niyacumura kuri mugenziwe+, maze uno agashira umuvumo kuri we kugira ngo atume aba uwushobora gushikirwa na nya muvumo+, hanyuma akaza ari muri nya muvumo imbere y’igicaniro cawe muri iyi nzu,