Yesaya 30:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi amatwi yawe azokwumva ijambo inyuma yawe rivuga ngo: “Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo,” nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+. Yeremiya 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimuhagarare mu mayira, murabe, mubariritse amabarabara ya kera, aho rero inzira nziza iri+; muheze muyigenderemwo+, mubone kuruhurirwa+.” Mugabo bagumye bavuga bati: “Eka ntituyigenderamwo+.” Yeremiya 42:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi ese Yehova Imana yawe yotubwira inzira dukwiye kugenderamwo be n’ico dukwiye gukora+.”
21 Kandi amatwi yawe azokwumva ijambo inyuma yawe rivuga ngo: “Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo,” nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+.
16 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimuhagarare mu mayira, murabe, mubariritse amabarabara ya kera, aho rero inzira nziza iri+; muheze muyigenderemwo+, mubone kuruhurirwa+.” Mugabo bagumye bavuga bati: “Eka ntituyigenderamwo+.”