1 Abami 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+.
13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+.