1 Abami 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Gutyo Umwami Salomo aba uwuhambaye mu butunzi+ no mu bukerebutsi+ kuruta abandi bami bose bo kw’isi. 2 Ngoma 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”
23 Gutyo Umwami Salomo aba uwuhambaye mu butunzi+ no mu bukerebutsi+ kuruta abandi bami bose bo kw’isi.
12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”