Zaburi 33:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ari ahantu hashimangiye aba+,Yitegereje ababa kw’isi bose. Yesaya 63:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Niwitegereze uri mw’ijuru+, urabe uri ahantu hakirurutse uba h’ubweranda n’ubwiza+. Mbega umwete wawe+ n’ubushobozi bwawe bwuzuye, ukudobangana kw’amara yawe+ be n’imbabazi+ zawe, biri hehe? Vyanse kuza iyo ndi+. Matayo 23:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kandi uwurahiye ijuru aba arahiye intebe y’ubwami y’Imana+ n’uwicara kuri yo.
15 Niwitegereze uri mw’ijuru+, urabe uri ahantu hakirurutse uba h’ubweranda n’ubwiza+. Mbega umwete wawe+ n’ubushobozi bwawe bwuzuye, ukudobangana kw’amara yawe+ be n’imbabazi+ zawe, biri hehe? Vyanse kuza iyo ndi+.