1 Abami 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mu bisanzwe umukogote waraduga, ukaba wakurwa mu Misiri ku bice amajana atandatu vy’ifeza, ifarasi na yo kw’ijana na mirongo itanu; ukwo ni ko vyagenda ku bami bose b’Abaheti+ n’abami ba Siriya. Ivyo bintu babikurayo biciye kuri bo.
29 Mu bisanzwe umukogote waraduga, ukaba wakurwa mu Misiri ku bice amajana atandatu vy’ifeza, ifarasi na yo kw’ijana na mirongo itanu; ukwo ni ko vyagenda ku bami bose b’Abaheti+ n’abami ba Siriya. Ivyo bintu babikurayo biciye kuri bo.