1 Abami 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ehe ndiko niyumvira ivyo kwubakira inzu izina rya Yehova Imana yanje+, nk’uko nyene Yehova yasezeraniye Dawidi dawe ati: ‘Umuhungu wawe nzoshira ku ntebe y’ubwami yawe mu kibanza cawe, ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’
5 Kandi ehe ndiko niyumvira ivyo kwubakira inzu izina rya Yehova Imana yanje+, nk’uko nyene Yehova yasezeraniye Dawidi dawe ati: ‘Umuhungu wawe nzoshira ku ntebe y’ubwami yawe mu kibanza cawe, ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’