2 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+. 1 Ngoma 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+. 1 Ngoma 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, kandi azombera umwana+, nanje ndamubere se+. Sinzobura gushimangira intebe y’ubwami y’ingoma yiwe+ kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.’ 1 Ngoma 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Vyongeye, yambwiye ati: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azokwubaka inzu yanje+ n’ibigo vyanje; kubera ko namutoye ngo abe umwana wanje+, nanje nzoba se+. Zakariya 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uheze umubwire uti:“‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ng’uwu umugabo+ yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe bwite, kandi azokwubaka koko urusengero rwa Yehova+.
13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+.
10 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, kandi azombera umwana+, nanje ndamubere se+. Sinzobura gushimangira intebe y’ubwami y’ingoma yiwe+ kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.’
6 “Vyongeye, yambwiye ati: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azokwubaka inzu yanje+ n’ibigo vyanje; kubera ko namutoye ngo abe umwana wanje+, nanje nzoba se+.
12 Uheze umubwire uti:“‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ng’uwu umugabo+ yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe bwite, kandi azokwubaka koko urusengero rwa Yehova+.