Kuvayo 29:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Nzoseruka ng’aho, imbere ya bene Isirayeli, kandi ata gukeka hazokwezwa n’ubuninahazwa bwanje+.